Umutwe wa M23 uratangaza ko wafashe mpiri abasirikari ba Kongo mu ntambata ikomeje muri teritwari ya Lubero.Mu Burundi , hatangajwe itegeko rizagenga abanyamakuru mu gihe cy’amatora. Uyu munsi mu mateka hashize imyaka 52 abantu ba nyuma bakandagiye ku kwezi.
Dec 11, 2024•30 min
Prezida Ndayishimiye w'Uburundi yagirije u Rwanda gukora ibikorwa vy'Iterabwoba mu Burundi.Ishirahamwe ry'umuryango w'Ubumwe bw'Ubulaya ryongereje ibihanro ryafatiye abategetsi ba Kongo.Igisirikare ca Isirayeri catangaje ko abasirikare bane baco baguye mu ngwano yabereye mu bumanuko bwa Libani
Dec 10, 2024•30 min
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Dec 09, 2024•30 min

Dec 08, 2024•30 min

Dec 07, 2024•30 min
Kongo n'Uburundi bemeje uburyo bwo gufungura ibiraro byo ku ruzi rwa Rusizi.Mu Rwanda, guverinoma ivuga ko umunyapolitiki Ingabire Victoire, utavuga rumwe na leta, ategura guhirika ubutegetsi.Naho muri Afrika y’Epfo, abatwara indege za sosiyete South African Airways bari mu myigagarambyo.
Dec 06, 2024•30 min
Abamotari n’abagenzi bakoresha umuhanda uva Goma barinubira umutekano muke ukomeje ku bagiraho ingaruka. Perezida Biden yashoje uruzinduko rwe rw’iminsi itatu muri Angola. Namibiya yatoye perezida wa mbere w'umutegarugoli, Netumbo Nandi-Ndaitwah wo mw’ishyaka SWAPO, rimaze imyaka 34 ku butegetsi.
Dec 05, 2024•30 min
Imirwano yongeye kubura mu burasirazuba bwa Repubulika ye demokarasi ya Kongo.Abagendana ubumuga mu mujyi wa Uvira bakomeje kwiteza imbere. Prezida Joe Biden, uri mu ruzinduko muri Angola, uyu munsi arasura umuhanda wa Lobito wa gali ya moshi uhuza Angola, Kongo na Zambiya.
Dec 04, 2024•30 min
Prezida wa Amerika Joe Biden ari mu rugendo rw'akazi muri Angola.Mu Rwanda, umumenyeshamakuru Theoneste Nsengimana yanse kwitabira iburanishwa ryiwe.Mu Burundi, amashamba yavuye ku bice 40% vy’uburinganire bugize ubutaka bw’Uburundi mu myaka y’1990, aja kubice biri munsi ya 20% muri kino gihe.
Dec 03, 2024•30 min
Mu Rwanda, Abantu 9 bandura virusi itera Sida ku munsi ku munsi, igahitana 7. Mu Burundi, umurwi w’Urunani uri mu nzira nziza iwuganisha mu mahiganwa ya BAL. Waraye uhejeje inkino z’imirwi uri mu kibanza ca mbere. Donald Trump abandanya gushira ahabona abo yipfuza kuzoshira mu mabanga atandukanye.
Dec 02, 2024•30 min
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Dec 01, 2024•30 min

Nov 30, 2024•30 min
Abaturage ba Sake muri Kivu ya Ruguru baracyatinya gutahuka, ariko bamwe bajyayo ku manywa gucuruza bagasubira kurara mu nkambi.Muri Uganda imvura nyinshi yateje inkangu mu burasirazuba bw’igihugu. Ingo 40 zarengewe n’imisozi yaridutse.
Nov 29, 2024•30 min
Abanyeshure bo muri Kaminuza y’Uburundi babangamiwe n’ubuzima buzimvye. I Nairobi muri Kenya haratangura inkino za Elite 16, zitanga uburenganzira bwo kwitabira ihiganwa rya BAL (Basketball Africa League). Uburundi buhagarariwe n'Urunani. Muri Amerika barahimbaza umunsi w'amashimwe " Thanksgiving"
Nov 28, 2024•30 min
Uburundi burahakana ko ata basirikare babwo baguye mu gitero Red Tabara yemeza ko yagavye ku nkirindiro cabo muri Kongo. Kongo yaraye itanguye gutanga incanco zikingira ubwandu bw’ibihara vy’inkende ku bantu bakuru. Tanzaniya uno munsi iza kwirigwa mu matora y’abagize inzego zo hasi.
Nov 27, 2024•30 min
Kuri uyu wa mbere Isi yazirikanye umunsi mpuzamahanga wo kurwanya amabi ashingiye ku gitsina akorerwa abagore.Polisi muri Kenya, yakoresheje ibyuka biryana mu maso, gutatanya abigaragambyaga. Abaturage barenga 24,000 bakuwewe mu byabo n’intambara muri teritwari ya Rutshuru mu ntara ya Kivu ya ruguru
Nov 26, 2024•30 min
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Nov 25, 2024•30 min

Nov 24, 2024•30 min
Mu Rwanda, bamwe mu baturage bigeze gufungirwa mu kigo cy’inzererezi cyitwa “Kwa Kabuga,” mu mujyi wa Kigali, n’abafite ababo bagifungiyemo, bemeza ko ubuzima bwaho buteye ubwoba.Mu Burundi abana bakuwe mw'ibarabara begeranirizwa mu kigo cyo muri komine Mishiha mu ntara ya Cankuzo, ntibabayeho neza.
Nov 23, 2024•30 min
Sentare mpuzamakungu mpanavyaha, CPI, yaraye isohoye imitahe yo guta muri yompi umushikiranganji wa mbere wa Isirayeri, Benjamini Netanyahu.Mu Burundi,Abana bakuwe mw'ibarabara begeranirizwa mu kigo co muri komine Mishiha mu ntara ya Cankuzo ntibabayeho neza.
Nov 22, 2024•30 min
Mu Burundi, abaturage n’abanyapolitiki ntibabona kimwe urugendo rw’urumuri rw’amahoro.Mu rwanda urukiko rurakusanya ibimenyetsoku bagabo 18 baregwa ibyaha by’iyicarubozo byabereye mu magereza. Guverinoma ya Esipanye igiye gutangira guha buri mwaka ibyangombwa abimukira bagera ku 300.000
Nov 21, 2024•30 min
Abarundi bahungiye mw'ikambi ya Mulongwe iri muri Kongo babangamiwe n'ikiza ca Kolera. Mu Burundi, ibiciro vy'ivya nkenerwa vyaduze cane. Ubumwe bwa Buraya bwemereye u Rwanda imiriyoni 20 z'amayero yo gufasha abasirikare barwo bari muri Mozambike kurwanya iterabwoba.
Nov 20, 2024•30 min
Abagizi ba nabi bateye ikambi ya Baraka iri mu gisagara ca Goma co muri Kongo bafashe ku nguvu abagore 9, bakomeretsa abarenga 10. CDC irasaba ko Amerika ikuraho ingingo yo gukumira ingendo mu Rwanda kubera Marburg. Amerika irabandanya imyiteguro n'urugendo rwo guhererekanya ubutegetsi.
Nov 19, 2024•30 min
Abajejwe umutekano mu Rwanda bemeza ko abasirikare bikekwa ko ari aba Kongo binjiye ku butaka bwabo biba inka z’abanyagihugu. Abakobwa b’abarundikazi bahunze batwara inda batarakwiza imyaka yo kubaka babandanya kwiyongera. Amerika yatangaje umuntu wa mbere yanduye ibihara vy’inkende.
Nov 18, 2024•30 min
Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.
Nov 17, 2024•30 min
i Baku, muri Azeribayijani abagize imiryango itegamiye kuri leta yaraye yigaragambirije imbere y’ahabera inama mpuzamahanga y’Umuryango w’Abibumbye ku mihindagurikire y’ibihe.Mu Burundi, leta itangaza ko indwara ya kanseri y’ibere igenda yiyongera. Ishyirahamwe Uzima, rikangurira Abarundi kuyirinda
Nov 16, 2024•30 min
Ababuranira umumenyeshamakuru w’Umurundikazi Sandra Muhoza, basaba ko arekurwa.Ishirahamwe ry’Uburayi ryaciye urubuga META imiliyoni 840 z’amadolari kubera uburyo ikora ibijanye n’ubucuruzi ku mbuga.Inama y'abakuru b'ibihugu bigize APEC yatanguye imilimo yayo i Lima, ku murwa mukuru wa Peru.
Nov 15, 2024•30 min
Abaturage 5 bo mu karere ka Nyamasheke bishwe barashwe n’umusirikare wa RDF. Abatuye mu mirenge itandukanye y'akarere ka Nyabihu, barashima intambwe bagezeho mu kurwanya ikibazo cy'igwingira.Perezida Joe Biden wa Leta zunze ubumwe z’Amerika ejo yakiriye mu biro bye perezida watowe Donald Trump.
Nov 14, 2024•30 min
Umurundikazi yitwa Fatuma yirukanywe muri Koweti, yisanga ageze muri Benin hagutahukanwa mu Burundi.Muri Kongo, abigisha bo mu ntara ya Kivu y’Epfo bari bamaze amezi abiri barahagaritse akazi basubiye mu mirimo.Inama ku vy’ihindagurikire ry’ibihe irabandanya I Baku ku murwa mukuru w'Azeribayijani..
Nov 13, 2024•30 min
Umuryango w'umunyarwanda Erixon Kabera yishwe arashwe na polisi muri Canada basaba amatohoza ku rupfu rwiwe rutavugwako rumwe. Abarenga imiliyoni 28 bo mu buseruko bwa Kongo bugarijwe n’ingaruka z'intambara. Ayachi Zammel yitoje mu kibanza ca Perezida muri Tuniziya ashobora gufungwa imyaka 35.
Nov 12, 2024•30 min