Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 12, 2024 - podcast episode cover

Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 12, 2024

Dec 12, 202430 min
--:--
--:--
Listen in podcast apps:
Metacast
Spotify
Youtube
RSS

Episode description

Mu Burundi, haracari agahaze mu kurwanya amabi ashingiye ku gitsina.Kongo yagirije u Rwanda kurungika abanyagihugu barwo kuba mu bice M23 iriko irigarurira. U Rwanda ntaco rurabivugako. Ibitigiri vy'abantu barwaye Malariya kw'isi vyariyongeye mu mwaka w'i 2023.
For the best experience, listen in Metacast app for iOS or Android
Open in Metacast
Amakuru mu Gitondo - Ukuboza 12, 2024 | Amakuru mu Gitondo - Voice of America podcast - Listen or read transcript on Metacast