Amakuru mu Gitondo - Gashyantare 27, 2025
Feb 27, 2025•30 min
Episode description
Muri Kongo, benshi mu banyagihugu bari barahungiye mu makambi y’abateshejwe izab ari I Goma baratahutse. Aha muri Amerika, umuntu umwe mu bagera ku 120 bamaze kumenyekana ko banduye ingwara y’agasama yitavye Imana. Perezida Donald Trump yaraye akoranije inama ya mbere y’abashikiranganji bose.